top of page

SHIGIKIRA AMAGARA Y'ABANA NA BAVYEYI

Lake Tanganyka nutrition task force ego turi ho!!!

UBagenzi reka twigisha abacu ntituze tube ibimaramare, kugwanya izara udashonje ni ko gusubirira imana, muguhebusha ibiremwa vyayo imbere yo kwi baza mbe jeho no bishobora muri y'umvira muti mbega babigenjeje gute kuko mwino misi amakuba nimenshi kandi tura y'uko izara ni gwara y'inzara atari icibare ca banganga gusa yaba aruko abantu benshi ntiboba bahagarikwa imitima ngo hari kigoyi ya teye kuko kigoyi irashobora guhinduka igwara nkibindi vyose nka VIH/SIDA ni bindi vyose kandi bikabura inyishu hagurukira rimwe twese tugwanye izara aho izo va hose  kuko ntawu yitsinda ari wenyene ariwewe gronome, mugaga ntiwibaze nguriwenyene namba rero twicare hamwe tubitorere inyishu irashe kandi izo rama muri CEPGL cane cane kunkegera za Tanganyka hino no hirya.  

Tanga ico musfise cose turabe igene abantu bobaho neza kandi baga shikira imiti, ifungugwa gushika tuzo ronka aho turima twese 

Kubidushikiriza murakura tuzokwitaba, 

Twofashanya gute:

-Iyandikishae mu ma association yacu abegereye,ahotutarashika mura twandikira

-Itererano zu buryo mura twakura tuze kubashikiriza imigambi yacu 

0Ico mwibaza cose mura twakura tuzo fata umwanya wokubishura 

Ico twitumye:

-Kugwanya inzara iwacu nomuri africa na handii hose twoshikira 

-Kurondeza uburyo bwo gushikira ivyemezo ibihugu vyacu vyemeye hamwe nabandi vyo kugwanya izara 

-Ku nonora ugwaruka rugira kazoza keza 

-N'ubumenyi muri vyose tubona bikenewe

bottom of page